'Yarangaruye!': Bwa mbere bari kumwe Michelle na Barack Obama bavuze ku bibuha byo gutandukana kwabo
Nyuma y'amezi y'ibihuha ko batandukanye, Barack Obama wahoze ari perezida wa Amerika n'umugore we Michelle bwa mbere bombi bari kumwe bavuze ku rushako rwabo.